BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
CNDD–FDD yatoreye Ndayishimiye kuzayibera umukandida mu matora, ati 'Mbemereye gukomeza ikivi'
Mu ijambo yavuze ryo kwemera kuba umukandida, Ndayishimiye yarahiriye ko atazigera ahemukira abaturage kandi ko azakora ibiteza imbere igihugu.
Ni ab''amazina akomeye' bagambirirwa kwicwa – Trump nyuma yuko amasasu yumvikanye muri hoteli yari arimo
Perezida w'Amerika avuga ko ucyekwa yafashwe, mu gihe yatangaje videwo uko bigaragara yerekana intangiriro y'uko kurasa.
Football: Harigeze kuba ibihangange – raba bano bakinyi berekanye ubuhinga budasanzwe kurusha abandi
Twese turakunda kuraba abakinyi batwereka utugenegene n’ubuhinga budasanzwe, hano BBC Sport iratondeka abakinyi b’umupira w’amaguru bakunda kwiyerekana cane kurusha abandi.
Ifunguro rya nimugoroba n'abanyamakuru ryo muri White House ni iki?
Uretse iryo funguro, icyumweru cyose kiba cyaranzwe n'ibirori binyuranye i Washington DC, byateguwe n'ambasade zinyuranye, imiryango (ibigo) n'ibitangazamakuru.
Mali: Humvikanye ibiturika n'urufaya rw'amasasu mu gihe imitwe yitwaje intwaro yagabye ibitero bihuriweho
Ababibonye bumvise ibiturika n'urufaya rw'amasasu hafi y'ikigo cya gisirikare kiri hanze y'umurwa mukuru, mu gihe imirwano yatangajwe mu tundi turere twinshi.
Amajwi, Rwanda: Imvo n'Imvano ku mibereho y'abakinnyi nyuma yo gucyura igihe, Umwanya bimara 58,55
Uyu munsi turaganira ku mibereho y'abakinnyi nyuma yo gucyura igihe. Ese abakinnyi mu Rwanda bacyura igihe mu cyubahiro cyangwa mu gahinda?
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga wa Iran yageze muri Pakistan mu gihe intumwa z'Amerika zitezwe kujyayo
Umutegetsi wo muri Iran yatangaje ko nta gahunda y'inama iteganyijwe hagati ya Iran n'Amerika. Donald Trump avuga ko Tehran irimo "gutanga icyifuzo kandi tuzareba".
Inyakamwe kandi bazerutse, abana b'Abashinwa barondera ababagirira igishika ku 'bavyeyi bo ku mbuga hwaniro'
Abashinwa benshi bakiri bato barifuza ivyohinduka mu migenderanire n'abavyeyi babo ishingiye ahanini ku vyo babitegako.
Amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Israel na Libani yongerewe ibyumweru bitatu
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yavuze ko amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Israel Libani amaze ibyumweru bitatu, ariko ashimangira ko atazihutira kugera ku masezerano ayo ari yo yose na Irani.
Ibihugu 10 bya mbere bicukura peteroli nyinshi ku isi
Nyuma y'uko amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Amerika na Israel na Irani mu gihe cy'ibyumweru bibiri atangiye gushyirwa mu bikorwa, ibihugu bicukura peteroli byatangiye kumenyekana cyane kuko byari byitezweho nk'amakiriro.
Papa Wemba: 'Mbega uko igihe cyihuta!' - Imyaka 10 iruzuye 'umwami wa Rumba' apfuye
Jeannot Ilunga umwe mu bakunzi ba muzika ya Wemba avuga ko uyu muhanzi akimurikira iminsi ye kuko muzika ye n'ubu ayumva kenshi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
"Turaryohewe cane ko dutashe iwacu muri Congo" – Impunzi zatanguye gutahuka
Aba ni abahunze indwano zikomeye zabaye mu mpera z'umwaka uheze mu bice ahanini vya Luvungi na Sange imbere y'uko igisagara ca Uvira gifatwa na M23 ikaza kukivamwo hanyuma.
Ibyavuzwe ku munsi wa nyuma mu rukiko rukuru mbere yuko Béatrice Munyenyezi uregwa jenoside akatirwa
Nyuma yo koherezwa n'Amerika mu Rwanda agakatirwa gufungwa burundu, uru ni urubanza mu bujurire yatanze kuri icyo gihano.
Ibintu bitanu by'ingenzi muri raporo ku mvururu zabaye ku ya 29 z'uKwacumi muri Tanzania
Ni raporo yakozwe mu mezi atari make iyobowe na Perezida w'umucamanza Mohamed Chande, yabajije ibihumbi by'Abanyatanzania, ikoresheje amafoto na videwo kuva ku ya 9 Ukwakira n'iminsi yakurikiyeho.
Ingene 'Chatbots' za AI zishobora gutuma uba ikijuju
Ubushakashatsi bumaze kwerekana ko urwaruka rushobora kuba ruri mu ngorane nyinshi ziterwa n'ingaruka mbi zo gukoresha AI.
Umugore yatewe inda n'abagabo babiri icyarimwe, siyanse ibivugaho iki?
Mu 2018, umugore yaje muri Laboratwari y'irangamimerere y'abaturage muri Kaminuza Nkuru ya Colombia: yari afite impanga z'abahungu yari yarabyaye imyaka ibiri mbere yaho, ashaka kumenya se w'abana be, ariko ibyavuyemo byari ibitangaza.
Uruganda runini ku isi mu gukora udukingirizo rugiye kuzamura ibiciro kubera intambara ya Iran
Uru ruganda ruherereye muri Malaysia rutunganya udukingirizo turenga miliyari 5 ku mwaka kandi rukagemurira n'izindi nganda zizwi nka Durex na Trojan.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































