BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Emira Zunze Ubumwe z'Abarabu ziriyamiriza igitero ca Irani ku mato y'igitoro, inyuma y’ibitero bishasha vya Amerika
Trump yavuze ko bariko bakubita Irani “bikomeye cane” inyuma y’ibitero vyabaye mw’ijoro rigira gatatu vyikurikiranya, mu gihe ukurasana hagati y’ibi bihugu bibiri kwiyongereye.
Igikombe c'Isi: Uko umupira w'amaguru wafashije abimukira kwemerwa mu kibano muri Amerika
Umupira w'amaguru ni wo uhuza abimukira n'impunzi bakinira ku kibuga co muri Maine, kandi warabafashije kwiyumva ko ari bamwe kandi bagize umuryango n’ubwo bari mu mahanga.
Wari uzi ko imbuga nkoranyambaga zagufasha kwiteza imbere aho kukurangaza?
Nyuma yo gutaha mu gihugu Shemsa avuga ko yabonye nta kazi kamunyuze kaboneka kandi iwabo hari ahantu yakorera ubworozi.
Uburusiya: Umunyapolitike arwanya intambara, Boris Nadezhdin, yafashwe n'igipolisi
Boris Nadezhdin yagerageje kwitoza mu matora y'umukuru w'igihugu yo mu 2024 ahanganye na Vladimir Putin, ariko ntiyavyemerewe.
Kenya: Uko abagabo bafise amazina y'umuryango y'igitsina gore bariko bahangana n'agasuzuguro
Kenshi abana basanzwe batorana izina rya mbere rya se rikaba ari ryo ribabera izina ry'umuryango. Ariko imigenzo iriko irahinduka aho bamwe ubu basigaye bahitamwo amazina ya ba nyina, ibitera ukutumvikana muri bamwe.
Ubwongereza bwatangiye amagerageza y'urukingo rwa Ebola rwakozwe mu byumweru umunani
Ikigo cy'Ubwongereza cy'ubugenzuzi bw'imiti cyahaye uruhushya urukingo ruri mu igerageza ngo rugeragerezwe ku bantu bakuru bafite ubuzima bwiza.
Umunyamerika wa kabiri yanduye Ebola yimuriwe mu Budagi
OMS ivuga ko ukwandura kw'abakozi batanga ubutabazi mu gihe c'ikiza nk'iki atari ikintu gitangaje. Ariko ishimika ko gukingira abakozi bari ku murongo w'imbere mu kukirwanya, bikwiye kuguma ari ikintu kiza imbere ya vyose.
Senegal yirukanye umumenyereza Thiaw inyuma yo gusezererwa mu Gikombe c'Isi
Sénégal yirukanye umumenyereza w'umurwi nserukiragihugu Pape Thiaw inyuma yo gutsindwa mu buryo bubabaje mu gice ca 16 gishira ica nyuma c'ihiganwa ry'igikombe c'isi ry'uno mwaka wa 2026.
Uganda: Abantu nibura 16 bamaze gupfa bahitanywe n'inzara
Reta ya Uganda ivuga ko abantu nibura 16 bapfuye mu ntara ya Karamoja muri izi ndwi za vuba kubera inzara iturutse ku ruzuba rw'igihe kirekire.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Menya igituma amasezerano y'amahoro muri Irani yasenyutse imbere yuko Trump anatangaza ko 'yarangiye'
Washington na Tehran bisa n'uko biriko birarondera gusubira gutanguza intambara mu buryo bweruye, mu gihe ata ruhande na rumwe rushaka guhebera urundi.
Menya ibihugu bitanu bishobora kuzoba biganza isi mu 2050
Gushika mu mwaka wa 2050, bitegekanijwe ko isoko ry'isi yose rizoba ryirwije incuro zibiri, n'ubwo ONU ivuga ko igitigiri c'ababa kw'isi kizoba ciyongereye ku rugero rwa 26% gusa.
Ubuhinga bushasha bwakijije amahasa ingorane idakunze kubaho yo mu mbanyi
Nancy na Margo, amahasa asa nk’igiharo n’igiharage, baravuwe hakoreshejwe ubuhinga bushasha bw’imipfunda y’amajwi butari bwakoreshwe na rimwe, ivyo bikaba vyakozwe nk’igerageza rya mbere kw'isi.
Ibihugu vyo muri OTAN vyatangaje umugambi mushasha w'ama misire wa miriyaridi 50 z'amadorari
Umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza, Sir Keir Starmer, yitezwe gukoranya abakuru b'ibihugu hafi 12 i Ankara kugira baganire ku mugambi wa OTAN wo gukora misire nshasha ‘idasanzwe’.
Kubera iki bimwe mu bihugu vya Afrika vyanka imfashanyo ya Trump?
Muri politike nshasha y'imigenderanire, abategetsi ba Amerika bagira bati: "Intumbero yacu y'ubufasha mu gisata c'amagara ku rwego mpuzamakungu si ugutanga imfashanyo gusa. Harimwo n'imigambi yo guteza imbere inyungu zacu kw'isi yose."
Agatosi mu Gikombe c'Isi: Mbappé yateye ivyatsi umukenguzamatekakazi wa Paraguay ku majambo y'ivangura
Kylian Mbappé yabwiye Celeste Amarilla ko ari umuntu ateye isoni kandi adakwiriye ikibanza arimwo, inyuma y’aho avugiye amajambo y’ivangura ruhu amushinyaguriza ku mamuko yiwe n’amashure yiwe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































