BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Amerika ihakana gutera inkunga imitwe yitwara gisirikare yo kurinda ibirombe muri DR Congo
Amerika itangaje ibi nyuma y'iminsi amakuru amwe yumvikanishije ko iri mu baterankunga b'umutwe mushya wa leta ya DRC wo kurinda ibirombe by'amabuye y'agaciro.
Zambia: Igihugu kivuga ko cubakiye ku bumwe bwa Afrika ariko gikomerewe n'ivangura ruhu
Abazambia babwiye BBC ko ivangura ruhu rikiri ikibazo gushika ubu, rigatuma biyumva nk'abenegihugu basuzuguritse mu gihugu cabo.
Uko byeri ishobora kongera intungamubiri n'imikorere myiza y'ubwonko - Ubushakashatsi
Sobanukirwa n'iyi vitamine iba muri byeri ikaba ari ingenzi mu buzima bwo mu mutwe. Abahanga ariko bavuga ko iyo vitamine iboneka cyane no mu yandi mafunguro.
Burundi: Abashikiranganji babiri bakuwe, uwuheruka gupfa arasubirizwa
Prezida Evariste Ndayishimiye akoze izi mpinduka inyuma y'uko mu ndwi iheze yakoze impinduka mu nzego z'igisirikare.
OTAN itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?
Umubano hagati y'ibihugu bikikije inyanja ya Atalantika (Atlantic) wongeye kugorana nyuma y'uko ibihugu by'i Burayi byanze cyane kugira uruhare mu bitero biherutse kugabwa na Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Israel kuri Iran.
Filimi ku buzima bwa Michael Jackson yaciye agahigo mu kwinjiza amafaranga menshi muri sinema
Jaafar Jackson, umwishywa wa Michael Jackson, ni we umukina amwigana muri iyo filime, imaze kwinjiza miliyoni 217$ ku isi hose kuva yasohoka ku wa Gatatu ushize.
Umukuru w’Abangilikani ku isi yasuye Papa Leo amushimira ibyo yavugiye muri Afurika
Sarah Mullally yagize ati: “Wavuganye imbaraga urwanya akarengane kari mu isi yacu uyu munsi...Isi yari ikeneye buriya butumwa muri iki gihe.
Umukobwa ufite ubutwari bwo kwita ku bapfu, ati: 'Ntibyoroshye'
Mu miryango myinshi, urupfu ni ikintu giteye ubwoba – Akenshi iyo abantu baruganiraho bamanura ijywi kubera agahinda n'ubwoba, ariko Linda, yahisemo akazi ko kwita ku mirambo.
Mu kibuga c'indege ciza kuruta ibindi kw'isi: Ni kuki Changi kiguma gitsinda?
Uburongonzi bwiza imbere, icuka ciza kigakurikira , hanyuma ibitangaje bikaza inyuma.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Football: Harigeze kuba ibihangange – raba bano bakinyi berekanye ubuhinga budasanzwe kurusha abandi
Twese turakunda kuraba abakinyi batwereka utugenegene n’ubuhinga budasanzwe, hano BBC Sport iratondeka abakinyi b’umupira w’amaguru bakunda kwiyerekana cane kurusha abandi.
Inyakamwe kandi bazerutse, abana b'Abashinwa barondera ababagirira igishika ku 'bavyeyi bo ku mbuga hwaniro'
Abashinwa benshi bakiri bato barifuza ivyohinduka mu migenderanire n'abavyeyi babo ishingiye ahanini ku vyo babitegako.
Ibihugu 10 bya mbere bicukura peteroli nyinshi ku isi
Nyuma y'uko amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Amerika na Israel na Irani mu gihe cy'ibyumweru bibiri atangiye gushyirwa mu bikorwa, ibihugu bicukura peteroli byatangiye kumenyekana cyane kuko byari byitezweho nk'amakiriro.
Papa Wemba: 'Mbega uko igihe cyihuta!' - Imyaka 10 iruzuye 'umwami wa Rumba' apfuye
Jeannot Ilunga umwe mu bakunzi ba muzika ya Wemba avuga ko uyu muhanzi akimurikira iminsi ye kuko muzika ye n'ubu ayumva kenshi.
"Turaryohewe cane ko dutashe iwacu muri Congo" – Impunzi zatanguye gutahuka
Aba ni abahunze indwano zikomeye zabaye mu mpera z'umwaka uheze mu bice ahanini vya Luvungi na Sange imbere y'uko igisagara ca Uvira gifatwa na M23 ikaza kukivamwo hanyuma.
Umugore yatewe inda n'abagabo babiri icyarimwe, siyanse ibivugaho iki?
Mu 2018, umugore yaje muri Laboratwari y'irangamimerere y'abaturage muri Kaminuza Nkuru ya Colombia: yari afite impanga z'abahungu yari yarabyaye imyaka ibiri mbere yaho, ashaka kumenya se w'abana be, ariko ibyavuyemo byari ibitangaza.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































