BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
NASA yashize ahabona intambwe zikurikira zo kwubaka ikigo gihoraho ku kwezi
NASA ifise integuro yo kurungika ama-drone hamwe n'imodoka zigenda ku kwezi mu mugambi wo kwubaka ikirindiro gihoraho ku kwezi.
'Ububabare' bwa Arsenal buzenyegeza ikibatsi cy'umuriro nyuma yuko ishenguwe umutima muri Champions League
Kuri iki cyumweru, Arsenal irajya mu mutambagiro wa bisi ifunguye hejuru, mu kwishimira gutsindira igikombe cya Premier League, nta masaha 24 ashize ishenguwe umutima ku mukino wa nyuma wa Champions League.
Abantu amagana batawe muri yombi mu Bufaransa mu birori birenze byo kwishimira intsinzi ya Champions League
Abapolisi babarirwa mu bihumbi bagerageje guhosha imvururu mu gihe imbaga z'abafana – bamwe barasa ibishashi – bishimiraga ko PSG itsinze Arsenal.
'Ndashimira Nyagasani n'umucunguzi Yezu Kristu' – Désiré Doué wa PSG yongeye gutsindira Champions League
Mu mateka y'imyaka 71 iri rushanwa rimaze, Paris Saint-Germain ni yo kipe ya 10 gusa yegukanye ibikombe byikurikiranya.
Liverpool yirukanye umutoza Slot iganiriza Iraola
Liverpool yirukanye umutoza mukuru Arne Slot nyuma yo kuyitoza imyaka ibiri, mu gihe Andoni Iraola ari we uhabwa amahirwe menshi yo kumusimbura.
Amajwi, Burundi: Imvo n'Imvano ku myiteguro y'amatora ya prezida yo mu mwaka uza, Umwanya bimara 59,00
Itariki 8 z'uku kwezi kwa gatanu, umugwi CENI ujejwe kuyatunganya wamenyesheje ko azoba itariki 3 z'ukwezi kwa gatanu mu mwaka uza wa 2027.
Amahinguriro y'imodoka akomeye kw'isi ari mu ngorane zo guhangana n'Ubushinwa
BBC yaragendeye amahinguriro y’imodoka zikoresha umuyagankuba mu Bushinwa, maze isanga Abashinwa ari bo biganje mu rwego rw’ubuhinga n’inganda biriko birahindura no kugena kazoza k’inganda z’imodoka kw’isi.
Inteko ishingamategeko ya Ghana yemeje umushinga w'itegeko rihana ubutinganyi
Ibikorwa by'imibonano mpuzabitsina y'abantu b'ibitsina bimwe bihanishwa gufungwa, nkuko bikubiye mu mushinga w'itegeko mushya wibasira abavuga ko ari abatinganyi.
Ikibanza c'isaganirizo kuri Trump kigenda kigabanuka uko Amerika na Iran vyegereza amasezerano y'ibanze
Ukuzazanirwa kwa Trump muri iki gihe kwigaragaje muri iyi ndwi yaranzwe n’ibikorwa vyinshi vya diplomasiya vyihuta, aho hari amakuru avuga ko Amerika na Iran bisa n’ivyegereje cane rwose amasezerano yo kwongereza agahengwe.
Tedros wa OMS yageze i Kinshasa kandi yitezwe no kujya Ituri kurwanya Ebola
Tedros amaze iminsi atanga ubutumwa bw’icyizere no kwifatanya na Congo avuga ko batari bonyine, kandi ko azakora ibishoboka byose ngo abafashe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Dr Semwaga, umwe mu baganga mbarwa b'inzobere mu byo avura, yakatiwe gufungwa
Urubanza ku gufungwa cyangwa gufungurwa by'agateganyo rw'uyu muganga uri mu bakomeye cyane mu Rwanda, igice cyarwo cyabereye mu muhezo.
Aba bana banditse amateka kubera impinduka bazanye ku isi, ni iki wabigiraho?
Aba bana batanu baramamaye cyane mu kuba impirimbanyi z'uburenganzira, hamwe n'ubuhanga bagaragaje. Ijwi ryabo, cyangwa ibyo bakoze, ryarumvikanye henshi.
Mfite imyaka 16 nakoreweho igeragezwa na CIA, ubu ndi kubarega
Lana Ponting ni umwe mu barimo kurega leta ya Canada ku ruhare rwayo mu bushakashatsi bwakorewe ku bantu batari babizi bwatewe inkunga na CIA.
Umujyi wo munsi y'ubutaka muri Turkiya watuwe n'abaturage 20.000
Umujyi wa kera wa Elengubu, uzwi muri iki gihe nka Derinkuyu, wacukuwe muri metero zisaga 85 munsi y'ubuso bw'Isi.
Sénégal: Sonko yatowe nk'umukuru w'Inama Nshingamateka
Inyuma y’imisi itatu Perezida wa Sénégal Bassirou Diomaye Faye abogoje Ousaman Sonko yari umushikiranganji wa mbere, ubu uyu yemejwe ku bwiganze bw’amajwi n’inama nshingamateka y’ico gihugu nk’umukuru wayo.
Menya indwara ushobora kwandura igihe wogosha umusatsi wawe
Inshuro nyinshi abantu bahangayikishijwe nubwiza bazageraho nyuma yo kogosha, batitaye kubikoresho byakoreshejwe, ariko ushobora kwandura izi ndwara.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































