Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Fally Ipupa : ibanga ry'ubuhanzi, n’ivyipfuzo vyiwe kw’isi
Fally Ipupa : ibanga ry'ubuhanzi, n’ivyipfuzo vyiwe kw’isi
Yatangajwe
Fally Ipupa, m’ubuto bwiwe, ari k’urutonde rw’abahanzi, n’abagiraneza muri RDC no mw’isi. Ibiteramo vyiwe biheruka, ingorane zashitse i Bulaya, abapfiriye i Kinshasa -stade des martyrs-, vyerekanye uko afise ijambo muri Africa no mw’isi.
Inkuru ya M.Josée Missia, M. Nyasha & A. Machado